Kuvayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+. Yosuwa 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nya bagabo ba Isirayeli baca babwira abo Bahiwi+ bati: “Kumbure muba mu micungararo yacu. Twoshobora gute none kugirana isezerano namwe+?”
8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+.
7 Nya bagabo ba Isirayeli baca babwira abo Bahiwi+ bati: “Kumbure muba mu micungararo yacu. Twoshobora gute none kugirana isezerano namwe+?”