Yosuwa 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 na Kefari-amoni na Ofuni na Geba+; ibisagara cumi na bibiri n’imihana irundanye ibikukira. Yosuwa 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,