Abacamanza 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze aranyoterwa cane, atangura gutakambira Yehova ati: “Ni wewe watanze ubu bukiriro bukomeye mu kuboko kw’umusavyi wawe+, none nicwe n’inyota, ngwe vy’ukuri mu kuboko kw’abatagenyerewe+?” 2 Samweli 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ntimubivuge i Gati+;Ntimubitangaze mu mabarabara y’i Ashikeloni+,Kugira ngo abakobwa b’Abafilisitiya ntibanezerwe,Kugira ngo abakobwa b’abagabo batagenyerewe ntibigine+.
18 Maze aranyoterwa cane, atangura gutakambira Yehova ati: “Ni wewe watanze ubu bukiriro bukomeye mu kuboko kw’umusavyi wawe+, none nicwe n’inyota, ngwe vy’ukuri mu kuboko kw’abatagenyerewe+?”
20 Ntimubivuge i Gati+;Ntimubitangaze mu mabarabara y’i Ashikeloni+,Kugira ngo abakobwa b’Abafilisitiya ntibanezerwe,Kugira ngo abakobwa b’abagabo batagenyerewe ntibigine+.