ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ico gihe Salomo+ atangura gukoranya+ abagabo b’inararibonye+ ba Isirayeli, abakuru b’imiryango+ bose, abakuru ba ba se+, ba bene Isirayeli, abakoraniriza ku Mwami Salomo i Yeruzalemu, kugira ngo badugane isandugu y’isezerano+ rya Yehova bayikuye mu Gisagara ca Dawidi+, ari co Siyoni+.

  • 2 Ngoma 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ico gihe ni ho Salomo yatangura gukoranya abagabo b’inararibonye ba Isirayeli+ n’abakuru b’imiryango bose+, abakuru b’amazu ya ba sekuru+ ya bene Isirayeli, abakoraniriza i Yeruzalemu, kugira ngo badugane isandugu+ y’isezerano rya Yehova bayikuye+ mu Gisagara ca Dawidi+, ari co Siyoni+.

  • Zaburi 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ati: “Jewe, jewe nyene, nimitse umwami wanje+

      Kuri Siyoni+, umusozi wanje mweranda+.”

  • Zaburi 48:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+

      Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,

      Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika