Luka 3:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yuda mwene Yakobo+,Yakobo mwene Izahaki+,Izahaki mwene Aburahamu+,Aburahamu mwene Tera+,Tera mwene Nahori+, Ivyakozwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Yamuhaye kandi isezerano ry’ukugenyerwa+; nuko avyara Izahaki+ hanyuma aramugenyera ku musi ugira umunani+, Izahaki avyara Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru b’imiryango cumi na babiri+.
34 Yuda mwene Yakobo+,Yakobo mwene Izahaki+,Izahaki mwene Aburahamu+,Aburahamu mwene Tera+,Tera mwene Nahori+, Ivyakozwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Yamuhaye kandi isezerano ry’ukugenyerwa+; nuko avyara Izahaki+ hanyuma aramugenyera ku musi ugira umunani+, Izahaki avyara Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru b’imiryango cumi na babiri+.
8 “Yamuhaye kandi isezerano ry’ukugenyerwa+; nuko avyara Izahaki+ hanyuma aramugenyera ku musi ugira umunani+, Izahaki avyara Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru b’imiryango cumi na babiri+.