Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe. Zaburi 147:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ahishurira ijambo ryiwe Yakobo+,Ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo ziwe z’ubutungane akabihishurira Isirayeli+.
4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.
19 Ahishurira ijambo ryiwe Yakobo+,Ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo ziwe z’ubutungane akabihishurira Isirayeli+.