Itanguriro 36:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Esawu aba mu karere k’imisozi ka Seyiri+. Esawu ni we Edomu+. Yosuwa 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Akarere umuryango wa bene Yuda waheshejwe ubupfindo+ hakurikijwe imiryango yabo kagarukira ku rubibe rwa Edomu+, ni ukuvuga mu gahinga ka Zini+, ku mpera ya Negebu+ yo mu bumanuko.
15 Akarere umuryango wa bene Yuda waheshejwe ubupfindo+ hakurikijwe imiryango yabo kagarukira ku rubibe rwa Edomu+, ni ukuvuga mu gahinga ka Zini+, ku mpera ya Negebu+ yo mu bumanuko.