Abacamanza 20:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko bene Isirayeli bose+, emwe abantu bose baraduga bashika i Beteli, baririra+ ng’aho bongera bicara ng’aho imbere ya Yehova; kuri uwo musi barisonzesha+ gushika ku mugoroba, bongera bashikana imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’amashikanwa y’ugusangira+. Yoweli 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimweze igihe co kwisonzesha+. Nimukoranye ikoraniro ry’agakūra+. Nimukoranirize hamwe abagabo b’inararibonye, ababa mu gihugu bose, mubakoranirize ku nzu ya Yehova Imana yanyu+, mutabaze Yehova+. Yoweli 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi n’ubu nyene,” ni ko Yehova avuze, “nimungarukeko n’imitima yanyu yose+, mwisonzesha+, murira, muboroga+.
26 Nuko bene Isirayeli bose+, emwe abantu bose baraduga bashika i Beteli, baririra+ ng’aho bongera bicara ng’aho imbere ya Yehova; kuri uwo musi barisonzesha+ gushika ku mugoroba, bongera bashikana imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’amashikanwa y’ugusangira+.
14 Nimweze igihe co kwisonzesha+. Nimukoranye ikoraniro ry’agakūra+. Nimukoranirize hamwe abagabo b’inararibonye, ababa mu gihugu bose, mubakoranirize ku nzu ya Yehova Imana yanyu+, mutabaze Yehova+.
12 “Kandi n’ubu nyene,” ni ko Yehova avuze, “nimungarukeko n’imitima yanyu yose+, mwisonzesha+, murira, muboroga+.