1 Abami 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Abantu bawe Isirayeli nibatsindwa imbere y’umwansi+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bagahaya izina ryawe+, bagasenga+ kandi bagasaba ubutoni berekeje kuri wewe muri iyi nzu+,
33 “Abantu bawe Isirayeli nibatsindwa imbere y’umwansi+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bagahaya izina ryawe+, bagasenga+ kandi bagasaba ubutoni berekeje kuri wewe muri iyi nzu+,