Zaburi 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimba narishuye ikibi uwunyihora+,Canke nimba naranyaze uwo wese anyanka mugabo ntaroranirwe+, Zaburi 35:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bampemba ibibi ku vyiza+,Bagatera intuntu umutima wanje+.