Abacamanza 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Ubu rero Yehova Imana ya Isirayeli ni we yomoye Abamori abakura imbere y’abantu biwe ari bo Isirayeli+, none nawe ugomba kwomora abantu biwe. Zaburi 83:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bavuze ngo: “Ingo tubazimanganye bareke kuba ihanga+,Kugira ngo izina rya Isirayeli ntiryongere kwibukwa+.”
23 “‘Ubu rero Yehova Imana ya Isirayeli ni we yomoye Abamori abakura imbere y’abantu biwe ari bo Isirayeli+, none nawe ugomba kwomora abantu biwe.
4 Bavuze ngo: “Ingo tubazimanganye bareke kuba ihanga+,Kugira ngo izina rya Isirayeli ntiryongere kwibukwa+.”