2 Abami 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yari afise imyaka mirongo itatu n’ibiri igihe yaba umwami, maze amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu+.
17 Yari afise imyaka mirongo itatu n’ibiri igihe yaba umwami, maze amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu+.