2 Abami 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ikindi ca gatatu kizoba kiri kw’Irembo+ ry’Umushinge, ikindi ca gatatu na co kibe kw’irembo ry’inyuma y’abirutsi; muze mucungere rwose iyo nzu+ mukurakuranwa.
6 ikindi ca gatatu kizoba kiri kw’Irembo+ ry’Umushinge, ikindi ca gatatu na co kibe kw’irembo ry’inyuma y’abirutsi; muze mucungere rwose iyo nzu+ mukurakuranwa.