14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+.
10 nkimura ubwami ndabukuye mu nzu ya Sauli kandi ngashinga intebe y’ubwami ya Dawidi, kuri Isirayeli no kuri Yuda, kuva i Dani gushika Beyeri-sheba+.”