Kuvayo 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Igihe uharura igitigiri cose hamwe ca bene Isirayeli ugize rusansuma rwabo+, umwe wese muri bo aze ahe Yehova incungu ku bw’ubuzima bwiwe igihe basansumwa+, ngo ntihagire icago kibazako igihe basansumwa+. Kuvayo 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ibi ni vyo abarengana baja mu baharuwe bose bazotanga: ica kabiri ca shekeli hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Ingero mirongo ibiri za gera* zingana na shekeli. Ica kabiri ca shekeli ni yo ntererano ihabwa Yehova+. Kuvayo 30:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu wese arengana aja mu banditswe, kuva ku myaka mirongo ibiri no kuduga, azotanga intererano ya Yehova+. Kuvayo 30:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi uze utore amafeza y’impongano avuye kuri bene Isirayeli uyatange ku bw’igikorwa c’ihema ry’ihuriro+, ngo abere bene Isirayeli icibutso imbere ya Yehova, kugira ngo mutangirwe impongano.”
12 “Igihe uharura igitigiri cose hamwe ca bene Isirayeli ugize rusansuma rwabo+, umwe wese muri bo aze ahe Yehova incungu ku bw’ubuzima bwiwe igihe basansumwa+, ngo ntihagire icago kibazako igihe basansumwa+.
13 Ibi ni vyo abarengana baja mu baharuwe bose bazotanga: ica kabiri ca shekeli hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Ingero mirongo ibiri za gera* zingana na shekeli. Ica kabiri ca shekeli ni yo ntererano ihabwa Yehova+.
14 Umuntu wese arengana aja mu banditswe, kuva ku myaka mirongo ibiri no kuduga, azotanga intererano ya Yehova+.
16 Kandi uze utore amafeza y’impongano avuye kuri bene Isirayeli uyatange ku bw’igikorwa c’ihema ry’ihuriro+, ngo abere bene Isirayeli icibutso imbere ya Yehova, kugira ngo mutangirwe impongano.”