ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 “‘Kandi mwene wanyu niyacika mworo iruhande yawe akabwirizwa kukwigurishako+, ntuze umukoreshe mu gikorwa c’ubushumba+.

  • Abalewi 25:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Kandi muzobatangako intoranwa ku bahungu banyu bo mu nyuma zanyu, babatorane nk’ikintu bigabira gushika igihe kitagira urugero+. Mushobora kubagira abakozi, mugabo bene wanyu, bene Isirayeli, ntuze ubahonyange, umwe ngo ahonyange uwundi, mu mukazo+.

  • 2 Ngoma 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo nta n’umwe muri bene Isirayeli Salomo yagize umushumba wo gukora igikorwa ciwe+; kuko bari abarwanyi+, n’abakuru b’ibisongerezi vyiwe, n’abakuru b’abatwara imikogote biwe+ n’ab’abagendera ku mafarasi biwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika