2 Abami 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Ahazi atuma intumwa kuri Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri ati: “Ndi umusuku wawe+ n’umuhungu wawe. Duga unkize+ mu kiganza c’umwami wa Siriya no mu kiganza c’umwami wa Isirayeli, abampagurukiye.” Yesaya 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova yongera kubwira Ahazi ati:
7 Nuko Ahazi atuma intumwa kuri Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri ati: “Ndi umusuku wawe+ n’umuhungu wawe. Duga unkize+ mu kiganza c’umwami wa Siriya no mu kiganza c’umwami wa Isirayeli, abampagurukiye.”