2 Ngoma 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe. Imigani 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uwugendera mu gutungana azogenda mu mutekano+, ariko uwuhetarika inzira ziwe azokwimenyekanisha+.
20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe.