1 Ngoma 29:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma Dawidi abwira ishengero ryose+ ati: “Nimuhezagire+ rero Yehova Imana yanyu.” Nuko ishengero ryose rihezagira Yehova Imana ya ba sekuruza babo, barunama+, bakubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova n’imbere y’umwami. 2 Ngoma 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehoshafati aca arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, na Yuda yose n’ababa i Yeruzalemu bikubita hasi imbere ya Yehova kugira bunamire Yehova+. Zaburi 72:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abami bose bazomukubitira inkoro hasi+;Nayo amahanga yose azomukorera+.
20 Hanyuma Dawidi abwira ishengero ryose+ ati: “Nimuhezagire+ rero Yehova Imana yanyu.” Nuko ishengero ryose rihezagira Yehova Imana ya ba sekuruza babo, barunama+, bakubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova n’imbere y’umwami.
18 Yehoshafati aca arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, na Yuda yose n’ababa i Yeruzalemu bikubita hasi imbere ya Yehova kugira bunamire Yehova+.