2 Ngoma 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubu, mfise icipfuzo mu mutima wanje co kugirana isezerano+ na Yehova Imana ya Isirayeli, kugira ngo ishavu ryiwe rirurumba rituveko. Zaburi 78:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ibarungikako ishavu ryayo rirurumba+,Uburake n’imisibo n’amarushwa+,Imigwi y’intumwa y’abamarayika izana ivyago+.
10 Ubu, mfise icipfuzo mu mutima wanje co kugirana isezerano+ na Yehova Imana ya Isirayeli, kugira ngo ishavu ryiwe rirurumba rituveko.
49 Ibarungikako ishavu ryayo rirurumba+,Uburake n’imisibo n’amarushwa+,Imigwi y’intumwa y’abamarayika izana ivyago+.