Guharura 28:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Ariko ku musi w’isabato+ hazotangwa imyagazi y’intama y’amasuguru ibiri itagira agahonzi, imaze umwaka, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta, kumwe n’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa,
9 “‘Ariko ku musi w’isabato+ hazotangwa imyagazi y’intama y’amasuguru ibiri itagira agahonzi, imaze umwaka, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta, kumwe n’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa,