2 Ngoma 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene Isirayeli na bene Yuda baba mu bisagara vya Yuda+, na bo nyene bazana ic’icumi c’inka n’intama n’ic’icumi c’ibintu vyeranda+, ibintu vyerejwe Yehova Imana yabo. Barabizana, gutyo batanga ibirundo n’ibirundo.
6 Bene Isirayeli na bene Yuda baba mu bisagara vya Yuda+, na bo nyene bazana ic’icumi c’inka n’intama n’ic’icumi c’ibintu vyeranda+, ibintu vyerejwe Yehova Imana yabo. Barabizana, gutyo batanga ibirundo n’ibirundo.