ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 egome, umugero w’ubwubatsi w’ikintu cose yari yarahishuriwe biciye ku guhumekerwa+, ku bijanye n’ibigo+ vy’inzu ya Yehova no ku bijanye n’ivyumba vy’uburiro+ vyose vyari irya n’ino, ku bijanye n’amatunga y’inzu y’Imana y’ukuri no ku bijanye n’amatunga y’ibintu vyagizwe vyeranda+;

  • Nehemiya 10:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Kandi umuherezi, mwene Aroni, ategerezwa kuba ari kumwe n’Abalewi igihe Abalewi bakira ic’icumi; Abalewi na bo babwirizwa gushikana ic’icumi c’ic’icumi ku nzu y’Imana yacu+, mu vyumba vy’uburiro+ vy’inzu y’ububiko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika