ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 29:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 “‘Ivyo muzobihereza Yehova ku misi mikuru yanyu y’ibiringo+, bibe ivyiyongereye ku mashikanwa yanyu y’indagano+ no ku mashikanwa yanyu atangwa ku bushake+, bwa mashikanwa yanyu aturirwa+ n’amashikanwa yanyu y’intete+ n’amashikanwa yanyu y’ikinyobwa+ n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira+.’”

  • Gusubira mu vyagezwe 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Aho ni ho mutegerezwa kuzana amashikanwa yanyu aturirwa+, n’ibimazi vyanyu, n’ivy’icumi vyanyu+, n’intererano yo mu kuboko kwanyu+, n’amashikanwa yanyu y’indagano+, n’amashikanwa yanyu atangwa ku bushake+, n’ivy’uburiza vyo mu busho bwanyu n’ivyo mu mukuku wanyu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze utegerezwa guhimbaza umusi mukuru w’amayinga ku bwa Yehova Imana yawe+, hisunzwe ishikanwa ritangwa ku bushake uzotanga ryo mu kuboko kwawe, nk’uko Yehova Imana yawe azoba yaguhezagiye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika