Guharura 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova yongera kubwira Aroni ati: “Nayo jewe, ehe nagucungishije intererano mpabwa+. Ku bijanye n’ibintu vyeranda vyose vya bene Isirayeli, nabihaye wewe n’abahungu bawe bwa mugabane, bwa ngaburo gushika igihe kitagira urugero+.
8 Yehova yongera kubwira Aroni ati: “Nayo jewe, ehe nagucungishije intererano mpabwa+. Ku bijanye n’ibintu vyeranda vyose vya bene Isirayeli, nabihaye wewe n’abahungu bawe bwa mugabane, bwa ngaburo gushika igihe kitagira urugero+.