ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Mu misi ya Peka umwami wa Isirayeli, Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri+ arashika hanyuma afata Iyoni+ na Abeli-beti-mayaka+ na Yanowa na Kedeshi+ na Hazori+ na Gileyadi+ na Galilaya+, igihugu cose ca Nafutali+, maze abajana mu bunyagano i Ashuri+.

  • 2 Abami 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hanyuma umwami wa Ashuri aduga gutera igihugu cose yongera aduga i Samariya, amara imyaka itatu ahasugereje+.

  • 2 Abami 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ehe! Wewe ubwawe warumvise ivyo abami ba Ashuri bakoreye ibihugu vyose mu kubitikiza+; none wewe uzorokorwa+?

  • Yesaya 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi ukuboko kwanje+ kuzoshikira amatunga+ y’ibisata vy’abantu nk’aho yoba ari icari; kandi jewe nzokwegeranya isi yose nk’igihe umuntu yegeranya amagi yahebwe, kandi ntihazogira n’umwe atababiza amababa canke yasamika akanwa canke ajwigira.’”

  • Yesaya 37:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mbega imana+ z’amahanga ba sogokuruza banje bahoneje zarayarokoye+, egome, Gozani+ na Harani+ na Rezefu na bene Edeni+ bari i Teli-asari?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika