2 Abami 18:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora+ igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+? 2 Abami 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi imana zayo bazihaye umuriro, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye; ku buryo baziranduye. Zaburi 115:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ababikora bazomera nka vyo+,Egome, abo bose bavyizigira+. Yesaya 44:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’”
33 Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora+ igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+?
18 Kandi imana zayo bazihaye umuriro, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye; ku buryo baziranduye.
8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’”