ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze ku biraba bene Isirayeli, Farawo ntazobura kuvuga ngo: ‘Bariko barayerera bajuragirika mu gihugu. Agahinga kabateraniyeko+.’

  • Kuvayo 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!

      Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!

      Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’

  • Zaburi 71:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ngo: “Imana ubwayo yamuhevye+.

      Mukurikirane mumufate, kuko ata murokozi ariho+.”

  • Yesaya 42:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ndi Yehova. Iryo ni ryo zina ryanje+; kandi nta wundi n’umwe nzoha ubuninahazwa bwanje+, eka sinzoha ishemezo ryanje+ ibishusho bibajwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika