Nehemiya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko bose bariko barondera kudutera ubwoba, mu kuvuga ngo: “Amaboko+ yabo azoregera* areke igikorwa, ku buryo kitazokorwa.” Mugabo ubu nukomeze amaboko yanje+.
9 Kuko bose bariko barondera kudutera ubwoba, mu kuvuga ngo: “Amaboko+ yabo azoregera* areke igikorwa, ku buryo kitazokorwa.” Mugabo ubu nukomeze amaboko yanje+.