1 Abami 11:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Maze Salomo aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, hanyuma ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+ se wiwe; Rehobowamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
43 Maze Salomo aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, hanyuma ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+ se wiwe; Rehobowamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.