Itanguriro 50:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze bashika ku mbuga y’ikubitiro+ ya Atadi iri mu karere ka Yorodani+; bahavugiriza amaborogo menshi cane kandi akomeye cane, agira n’imigenzo y’ukugandarira se wiwe imisi indwi+. Gusubira mu vyagezwe 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko bene Isirayeli batangura kuririra Musa mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu imisi mirongo itatu+. Amaherezo, imisi y’amarira y’ukugandarira Musa irarangira.
10 Maze bashika ku mbuga y’ikubitiro+ ya Atadi iri mu karere ka Yorodani+; bahavugiriza amaborogo menshi cane kandi akomeye cane, agira n’imigenzo y’ukugandarira se wiwe imisi indwi+.
8 Nuko bene Isirayeli batangura kuririra Musa mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu imisi mirongo itatu+. Amaherezo, imisi y’amarira y’ukugandarira Musa irarangira.