2 Samweli 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nzogenera ikibanza+ abantu banje ari bo Isirayeli, ndabateragire+, na bo bazokwibera koko aho bari, kandi ntibazokwongera kubuzwa amahoro; abana b’ukutagororoka ntibazokwongera kubateza amarushwa nk’uko babigize mu ntango+,
10 Nzogenera ikibanza+ abantu banje ari bo Isirayeli, ndabateragire+, na bo bazokwibera koko aho bari, kandi ntibazokwongera kubuzwa amahoro; abana b’ukutagororoka ntibazokwongera kubateza amarushwa nk’uko babigize mu ntango+,