2 Abami 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amoni+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka ibiri+ aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Meshulemeti umukobwa wa Haruzi w’i Yotiba.
19 Amoni+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka ibiri+ aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Meshulemeti umukobwa wa Haruzi w’i Yotiba.