ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 kubera ibicumuro vyiwe yari yaracumuye mu gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, mu kugendera mu nzira ya Yerobowamu no mu gicumuro ciwe yakoze mu gucumuza Isirayeli+.

  • 2 Ngoma 22:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, nk’inzu ya Ahabu, kuko ari bo bamubereye abajanama+ se wiwe amaze gupfa, bikamukwegera guhona.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika