2 Abami 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Uriya+ umuherezi yubaka ico gicaniro+. Uriya umuherezi agikora yisunze ivyo Umwami Ahazi yari yarungitse ari i Damasiko vyose, mu kurindira ko Umwami Ahazi ashika avuye i Damasiko.
11 Nuko Uriya+ umuherezi yubaka ico gicaniro+. Uriya umuherezi agikora yisunze ivyo Umwami Ahazi yari yarungitse ari i Damasiko vyose, mu kurindira ko Umwami Ahazi ashika avuye i Damasiko.