Yeremiya 52:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Za nkingi z’umujumpu+ zari iz’inzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ cari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo wose i Babiloni+.
17 Za nkingi z’umujumpu+ zari iz’inzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ cari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo wose i Babiloni+.