Zaburi 86:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nyigisha inzira yawe, ewe Yehova+!Nzogendera mu kuri kwawe+.Egeranya umutima wanje kugira ntinye izina ryawe+. Zaburi 119:102 Bibiliya y’isi nshasha 102 Sinakebeje ngo mve ku ngingo zawe z’ubutungane+,Kuko ari wewe wanyigishije+. Yesaya 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi Yehova azobaha koko umukate w’amarushwa be n’amazi y’agahahazo+; yamara Umwigisha wawe Ahambaye ntazokwongera kwinyegeza, kandi amaso yawe azoba vy’ukuri amaso abona Umwigisha wawe Ahambaye+. Yesaya 54:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abana bawe bose+ bazoba abigishijwe na Yehova+, kandi amahoro y’abana bawe azoba menshi+.
11 Nyigisha inzira yawe, ewe Yehova+!Nzogendera mu kuri kwawe+.Egeranya umutima wanje kugira ntinye izina ryawe+.
20 Kandi Yehova azobaha koko umukate w’amarushwa be n’amazi y’agahahazo+; yamara Umwigisha wawe Ahambaye ntazokwongera kwinyegeza, kandi amaso yawe azoba vy’ukuri amaso abona Umwigisha wawe Ahambaye+.