ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 33:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Vyongeye, igishusho c’ikibazano+ yari yarakoze agishira mu nzu y’Imana y’ukuri+, iyo Imana yari yarabwiye Dawidi na Salomo umuhungu wiwe ku biyerekeye iti: “Muri iyi nzu be n’i Yeruzalemu, aho natoye+ mu miryango yose ya Isirayeli, nzohashira izina ryanje+ gushika igihe kitagira urugero+.

  • Daniyeli 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Daniyeli akimara kumenya ko urwo rwandiko rwateweko umukono, aca yinjira mu nzu yiwe; kandi yaza arapfukama gatatugatatu ku musi+, amadirisha y’icumba ciwe co hejuru akaguma yuguruye ku bwiwe araba i Yeruzalemu+, akaza arasenga+ yongera ashikana ishemezo imbere y’Imana yiwe+, nk’uko yari yahoze abigira imbere y’aho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika