1 Abami 8:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe.
66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe.