2 Samweli 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abuneri rero ahamagara Yowabu, ati: “Mbega inkota izokwama irya+? Ntuzi vy’ukuri yuko amaherezo hazoba umururazi+? None uzogeza ryari kutabwira abantu ngo bareke gukurikira bene wabo+?” Ivyakozwe 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze bukeye abaserukako bariko bararwana, aca agerageza kubasubiza hamwe ngo babe mu mahoro+, avuga ati: ‘Bagabo, muri abavukana. Kubera iki mugiriranira ivy’akarenganyo+?’
26 Abuneri rero ahamagara Yowabu, ati: “Mbega inkota izokwama irya+? Ntuzi vy’ukuri yuko amaherezo hazoba umururazi+? None uzogeza ryari kutabwira abantu ngo bareke gukurikira bene wabo+?”
26 Maze bukeye abaserukako bariko bararwana, aca agerageza kubasubiza hamwe ngo babe mu mahoro+, avuga ati: ‘Bagabo, muri abavukana. Kubera iki mugiriranira ivy’akarenganyo+?’