2 Ngoma 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uziya abandanya kubategurira, ni ukuvuga ingabo zose uko zingana, inkinzo+ n’amacumu+ n’inkofero+ n’amakoti y’ivyuma+ n’imiheto+ be n’amabuye atezwa umugozi+.
14 Uziya abandanya kubategurira, ni ukuvuga ingabo zose uko zingana, inkinzo+ n’amacumu+ n’inkofero+ n’amakoti y’ivyuma+ n’imiheto+ be n’amabuye atezwa umugozi+.