1 Abami 21:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Mbega wabonye ukuntu Ahabu yicishije bugufi kubera jewe+? Ko yicishije bugufi kubera jewe, sinzozana ivyo vyago mu misi yiwe+. Mu misi y’umuhungu wiwe ni ho nzozana ivyo vyago ku nzu yiwe+.” 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
29 “Mbega wabonye ukuntu Ahabu yicishije bugufi kubera jewe+? Ko yicishije bugufi kubera jewe, sinzozana ivyo vyago mu misi yiwe+. Mu misi y’umuhungu wiwe ni ho nzozana ivyo vyago ku nzu yiwe+.”
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.