Abalewi 26:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 bigatuma nanje ngenda ndabarwanya+, nkabwirizwa kubazana mu gihugu c’abansi babo+. “‘Kumbure ico gihe imitima yabo itagenyerewe+ izocishwa bugufi+, kandi ico gihe bazokwishura ikosa ryabo. Amosi 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova aricuza ku bijanye n’ico kintu+. Umukama Segaba Yehova avuga ati: “Eka n’ivyo ntibizoba.”
41 bigatuma nanje ngenda ndabarwanya+, nkabwirizwa kubazana mu gihugu c’abansi babo+. “‘Kumbure ico gihe imitima yabo itagenyerewe+ izocishwa bugufi+, kandi ico gihe bazokwishura ikosa ryabo.