1 Abami 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Isirayeli yose ikimara kwumva ko Yerobowamu yagarutse, baca batuma kumuhamagara ngo aze kw’ikoraniro maze bamugira umwami wa Isirayeli yose+. Nta n’umwe yakurikiye inzu ya Dawidi kiretse umuryango wa Yuda wonyene+. 2 Ngoma 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Hadoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato, mugabo bene Isirayeli bamutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote wiwe kugira ngo ahungire i Yeruzalemu+.
20 Isirayeli yose ikimara kwumva ko Yerobowamu yagarutse, baca batuma kumuhamagara ngo aze kw’ikoraniro maze bamugira umwami wa Isirayeli yose+. Nta n’umwe yakurikiye inzu ya Dawidi kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.
18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Hadoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato, mugabo bene Isirayeli bamutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote wiwe kugira ngo ahungire i Yeruzalemu+.