Abacamanza 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze bamuha ibice mirongo irindwi vy’ifeza bivuye mu nzu ya Bayali-beriti+, hanyuma Abimeleki abihera abagabo batagira ico bakora kandi batisonera+, kugira bajane na we. Ivyakozwe 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.
4 Maze bamuha ibice mirongo irindwi vy’ifeza bivuye mu nzu ya Bayali-beriti+, hanyuma Abimeleki abihera abagabo batagira ico bakora kandi batisonera+, kugira bajane na we.
5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.