2 Ngoma 20:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Gutyo akarere k’ubwami ka Yehoshafati ntikongera kudurumbanywa, kandi Imana yiwe ibandanya kumuha akaruhuko impande zose+. Imigani 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iyo abagororotsi babaye benshi, abantu baranezerwa+; mugabo iyo umubisha aganje, abantu baraniha+.
30 Gutyo akarere k’ubwami ka Yehoshafati ntikongera kudurumbanywa, kandi Imana yiwe ibandanya kumuha akaruhuko impande zose+.