1 Abami 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Hariho isezerano hagati yanje nawe, hagati ya dawe na so. Ehe ndakurungikiye impano+ y’ifeza n’inzahabu. Genda urenge kw’isezerano ufitaniye na Bayasha umwami wa Isirayeli, kugira ngo ave iwanje+.”
19 “Hariho isezerano hagati yanje nawe, hagati ya dawe na so. Ehe ndakurungikiye impano+ y’ifeza n’inzahabu. Genda urenge kw’isezerano ufitaniye na Bayasha umwami wa Isirayeli, kugira ngo ave iwanje+.”