Luka 23:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 hanyuma basubira inyuma gutegura ibimota be n’amavuta amota neza+. Mugabo birumvikana ko baruhutse kw’isabato+ nk’uko ibwirizwa ryari. Yohani 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yezu rero avuga ati: “Mureke, agumye uwo mugenzo ku bw’umusi w’amaziko yanje+.
56 hanyuma basubira inyuma gutegura ibimota be n’amavuta amota neza+. Mugabo birumvikana ko baruhutse kw’isabato+ nk’uko ibwirizwa ryari.