Mariko 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Isabato+ imaze kurengana, Mariya Magadalena+ na Mariya nyina wa Yakobo, na Salome, bagura ibimota kugira ngo baze, bamusige+. Yohani 19:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nuko bafata ikiziga ca Yezu bakizingira mu bitambara hamwe na nya bimota+, nk’uko Abayuda basanganywe umugenzo wo gutegura amaziko.
16 Isabato+ imaze kurengana, Mariya Magadalena+ na Mariya nyina wa Yakobo, na Salome, bagura ibimota kugira ngo baze, bamusige+.
40 Nuko bafata ikiziga ca Yezu bakizingira mu bitambara hamwe na nya bimota+, nk’uko Abayuda basanganywe umugenzo wo gutegura amaziko.