2 Ngoma 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kandi mu bisagara bitandukanye vyose ashirayo inkinzo+ zagutse n’amacumu+; arabikomeza cane rwose. Kandi Yuda na Benyamini biguma ari rwiwe. 2 Ngoma 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko akorana ubwenge+, agabanganya bamwe mu bahungu biwe bose mu bihugu vyose vya Yuda n’ivya Benyamini+, mu bisagara vyose bikingijwe ibihome+, abaha ibifungurwa vyinshi+ yongera abaronderera abagore benshi+.
12 kandi mu bisagara bitandukanye vyose ashirayo inkinzo+ zagutse n’amacumu+; arabikomeza cane rwose. Kandi Yuda na Benyamini biguma ari rwiwe.
23 Ariko akorana ubwenge+, agabanganya bamwe mu bahungu biwe bose mu bihugu vyose vya Yuda n’ivya Benyamini+, mu bisagara vyose bikingijwe ibihome+, abaha ibifungurwa vyinshi+ yongera abaronderera abagore benshi+.